Bavuga ko kwikorera igiti c’umusaraba mw’ishengero ry’abantu, atarico kizotuma ahinduka umuntu w’imana, aho n’inyuma yaho baboneye Evariste Ndayishimiye umukuru w’igihugu y’ikoreye Umusaraba.
|
Clics : 1650
|
Le CNDD-FDD : Un parti à supprimer ?
|
Clics : 2128
|
Mu matohoza Radio Haguruka iriko iragira ku bapfungwa bahiriye mw’ibohero rikuru ry’igitega, umwidondoro w'abagera kw'153 uramaze kuboneka.
|
Clics : 4984
|
Exclusif: Enquête spéciale sur l’incendie de la prison de Gitega
|
Clics : 7491
|
Iradio Haguruka la voix de la Révolution yaraye ihimbaje isabukuru y’imyaka ibiri imaze itanguye gukora umusi kuwundi.
|
Clics : 707
|
Umuhari Red-Tabara wasohoye itangazo aho unegura ingendo y’umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yo kwifatira mu gahanga no gusuzugura abarundi bagize mu bubiligi imyiyerekano biyamiriza ubwicanyi n'ibindi bibi bikorwa n'intwaro yiwe.
|
Clics : 833
|
Imvo nyamukuru zatumye Abarundi baba ku mugabane wa Bulaya batunganya imyiyerekano, ziri mw’ijambo ryashikirijwe n’uwurongoye umugambwe MSD mu gihugu c’ububirigi Thierry Habonimana.
|
Clics : 1225
|
Abarundi basabwa gutsinda ubwoba, guhaguruka hamwe no kuvuga ukuri. Ivyo vyashikirijwe na Thierry Habonimana arongoye umugambwe MSD mugihugu c’ububirigi.
|
Clics : 971
|
Abanyagihugu, basaba abasirikare barungikwa mu gihugu ca Congo, aho kurwanya abasirikare ba Red-Tabara ko ahubwo bokwifatanya nabo, hanyuma bagatabara Abarundi.
|
Clics : 1387
|
Hagenwe umwungere mukuru Mushasha wa Diyoseze katolika nkuru ya Gitega.|
|
Clics : 767
|