• Home

Amakuru Haguruka

octobre 21, 2025

Bamwe n’abandi bavuga ko biteye isoni kubona umukenyezi Spès yari yatowe mu bajenama b'umutumba Ruvyagira muri komine Mugere, akurwa ku rutonde agasubirizwa Ndabadugaritse Stany

Bamwe mu bakenyererarugamba bo muri CNDD-FDD, bariyamiriza iyibwa ry'amajwi y'umukenyezi Spès yatowe mu bajenama b'umutumba Ruvyagira muri komine Mugere mu ntara ya Bujumbura aho yakuwe ku rutonde…
octobre 19, 2025

Rwa rumuri rw’itwa urwamahoro, ngo ni ubundi bukoloni CNDD-FDD yazanye bwo kwirukanga inyuma y'ibitagira ikimazi, nayo amafranga y'igihugu ahatikirira. Abarundi ngo boreka kuvyinira ibintazi ahubwo bashire imbere kurondera intwaro nziza

Ngo ntibariko baratahura ubukoloni buriko bukorwa na CNDD-FDD ikoresheje ikintu citwa urumuri kigatambirwa n'abakuru n'abato. Abanyagihugu bo muri komine Mpanda nibo batangazwa n' uko gutambira…
octobre 19, 2025

Uburundi butaronse umukuru w'igihugu yemera kwegeranya abana b'uburundi bose, ngo nta terambere rishoboka. Abarundi ngo bakwiye gufatana mu nda bashireho indongozi ifata kumwe abarundi bose, kugira igihugu kibone kwogorora

Umukuru w'igihugu yaraye akebuye indongozi azisaba kuba abasuku b'abanyagihugu, bababe hafi, babakundishe ibikorwa bongere bashira imbere ubumwe bwa bose. Aho yariko ashikiriza musitanteri wa komine…

Hari umunyagihugu yandikiye umukuru w’igihugu amumenyesha kwivyo avuga bitera isoni abanyagihugu

Oct 18, 2025
Amajambo umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yaraye avugiye mu Rutana ku musi wa gatatu w'ino ndwi aho…

Umunye politike atavugarumwe n’ubutegetsi bwa Kenya, akaba yahoze ari n’umushikiranganji wa mbere Raila Odinga yaraye aryamiye ukuboko kwabagabo

Oct 16, 2025
Nta munya Kenya kugera uyu musi atazi Raila Odinga nk’umuntu adasanzwe afise inguvu zo kwanka no guhagurutsa…

Abanyagihugu bamenyesha ko atakamaro ko hamarwa gukoreshwa ibibazo co guhiganirwa akazi kubera gahabwa abanywanyi b’umugambwe CND-DFDD gusa

Oct 15, 2025
Nkuko bimenyeshwa n’abanyagihugu baheruka gukora ikibazo co kuronka akazi k’abigisha muri Komine Gitega,…

Nagire ngo tuyage ku makuba igihugu caciyemwo mu kwezi kwa gitugutu 1961 no 1993

Oct 15, 2025
Ni ibihe bisa canke bifise ico bihuriyeko n’ivyabaye mu kwezi kwa Gitugutu mu myaka y’1961 no mu…

Uburundi bwoba bwungutse irindi shirahamwe ryo gutumatumanako amakuru ? canke ni uburyo bwo kwiyegurira no gufuta ayari ahasanzwe ?

Oct 13, 2025
Haraye hemerewe ishirahamwe rishasha ryo gutumatumanako amakuru ry’abongereza LycaMobile. Bamwe bavuga ko…

Ukwiye kumenya umwansi wawe, aho afise inguvu nyishi naho afise nke, kugira bigufashe kubandanya urugamba rwawe

Oct 13, 2025
Tumaze iminsi twiga ivyanditse mu gitabo ca Sun Tzu citwa « L'art de la guerre ». Uno munsi duhereza ku gace…

Inyuma y’imyaka 64 agandaguwe, ivyari vyatumye Ludoviko Rwagasore ahaguruka mu rugamba rwiwe nivyo umugambwe CNDD-FDD umaze imyaka ukorera abarundi atagitabara

Oct 13, 2025
Uyu munsi abarundi twaramutse twibuka imyaka 64 irangiye Umuganwa atari umugani Ludoviko Rwagasore…

Reka tubandanye turabira hamwe ikindi gikomeye kiri muri ca gitabo citwa "L'art de la guerre" ca Sun Tzu

Oct 01, 2025
Uru rugamba nkuko nabibabwiye ntirworoshe. Naho uba watoye stratégie birasaba kuba guhindura umukenyuro…

Abarundi babona ko ivyo gutembereza urumi ruvurwa ko ari urwamahoro, ari ikigirwamana abategetsi bakoresha kugira bahunike abarundi ntibabone amabi bakorerwa n'ubutegetsi

Oct 01, 2025
Indongozi yose kuva ku mukuru w’umutumba izokora ku rumuri kugira ironke agatima ko gukorera abo ijejwe. Mu…

Iyi ndwi nagire tuyage kuvyanditse mu gitabo ca Sun Tzu citwa "L'art de la guerre". Kirimwo inyigisho nyinshi mugabo nagerageje kubishira mu duce dutatu

Sep 25, 2025
Reka turabe agace kambere kavuga ko ica mbere gikenewe ni "Stratégie ou stratégies" bivuga ko hategezwa kuba…

Uno munsi mu guheza ivyo twari tumaze iminsi tuyaga bijanye n'ibimenyetso vy'intwaro iriko iratemba, twashimye kubabwira ikimenyetso ca gatatu (3).

Sep 18, 2025
Ikimenyetso rero kigira gatatu mu kinyamazuru bacita "Crises économiques et sociales persistantes". Intwaro…

Jenerari Silas Ntigurirwa aragirizwa kuba ariko aranyaga amatongo y'abanyagihugu bo muri zone Buterere

Sep 03, 2025
Abajenerari mu Burundi barabandanya gukoresha igihagararo cabo bakanyaga amatongo y'abanyagihugu. Akarorero…

News dans le Monde

Galerie Vidéos