• Home

Amakuru Haguruka

octobre 29, 2025

Kuba umubonano wobaye hagati y’umukuru w’igihugu c’urwanda n’umukuru w’igihugu c’uburundi, bahujwe n’umukuru w’igihugu c’Ubufarasa, bitakunze ko uzoshoboka, n’ikimwe muvyatumye Evariste Ndayishimiye, ahagarika urugendo yari kugira mu Bufaransa

Umukuru w’igihugu c’uburundi, ntarugendo yafashe rumushikana i Paris mu gihugu cu Ubufaransa, nkuko vyari bitegekanijwe ko azokwitaba inama yiga ku bibazo vy’umutekano muke birangwa muri Repubulika…
octobre 29, 2025

Birashoboka ko abanyagihugu ba Tanzaniya biyamiriza inkinamico y’amatora yatunganijwe n’umukuru w’igihugu Samia Suluhu Hassan, afatanije n’umugambwe uri ku butegetsi CCM « Chama Cha Mapinduzi », hakaboneka impinduka ?

Ntawuzi ko bagira bahaguruke barwanire ko haba impinduka mu gihugu ca Tanzaniya, ariko ico bikoze, Imyiyerekano yo kwiyamiriza inkinamico y’amatora yatunganijwe n’umukuru w’igihugu Samia Suluhu…
octobre 29, 2025

Jean Claude Ndihokubwayo batazira pêcheur aratabarizwa n'abakimufiseko agatima ngo ntiyicwe canke agirirwe nabi n'abariko baramutoteza bamwagiriza uburozi

Amakuru ava i Buramata, amenyesha ko ukuntu umunyagihugu Jean Claude Ndihokubwayo batazira pêcheur, umurovyi, abayeho muri kino gihe biteye umubabaro n'agahinda. Uwo munyagihugu ngo yabaye…

Tugaruke kuvyagiye biraba muri kahise mu kwezi kwa gitugutu mu karere uburundi buherereyemwo

Oct 28, 2025
Mu kubandanya tuvuga ivyabaye muri gitugutu mu karere, ni uko dushaka ko twoza turigishanya kandi no gutahura…

Bimwe mu bituma igitoro kiba umuzi w’ibuye mu Burundi, harimwo kuba Reta iza irihagira ibintu vy'abagwizatunga

Oct 28, 2025
Reta ikwiye kwemanga ko ikibazo c'igitoro cayigoye, cayinaniye kuko nta wutagorwa. Biri mu mwihwezo…

Hari umunyagihugu yandikiye umukuru w’igihugu amumenyesha kwivyo avuga bitera isoni abanyagihugu

Oct 18, 2025
Amajambo umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yaraye avugiye mu Rutana ku musi wa gatatu w'ino ndwi aho…

Umunye politike atavugarumwe n’ubutegetsi bwa Kenya, akaba yahoze ari n’umushikiranganji wa mbere Raila Odinga yaraye aryamiye ukuboko kwabagabo

Oct 16, 2025
Nta munya Kenya kugera uyu musi atazi Raila Odinga nk’umuntu adasanzwe afise inguvu zo kwanka no guhagurutsa…

News dans le Monde

Galerie Vidéos