|
Ku myaka itandatu amaze kubutugetsi, Evariste Ndayishimiye, intwaro yiwe ibandanya kunyuruza abanyagihugu. Na Ngendahonankwa Diomède, wo mu KAMESA muri zone Musaga, gushika ubu ntawuzi irengero ryiwe
|
Clics : 21
|
|
Naho vyabaye akamizwe ningoma ntibivurwe, muri Comine Bugendana zone Bitare, umutumba Gaterama, Intara ya Gitega, hari abanyagihugu batatu (3) bagandaguwe n’aba polisi mu gatondo ko kuri uwu wa kabiri
|
Clics : 78
|
|
Umupfasoni Muhayimana Aline agize kane mu bakenyezi bapfiriye muri SAOUDIA mu barungitswe n’ishirahamwe ELFAYED, kurondera ubuzima muri ico gihugu
|
Clics : 103
|
|
Bujumbura: Ama galerie abiri le parisien na galerie Ndayizamba, yo mu gisagara hagati, yafashwe n’Umuriro arasha aratokombera
|
Clics : 115
|
|
Hari abapfungwa babiri mw’ibohero rikuru ry’abagabo rya Ngozi bariko batotezwa n’umukuru w’iryo bohero. Boba bahorwa ko bavuze ko umukuru w’ibohero ry’abagabo i Ngozi yahawe igiturire kugira atorokeshe abanyororo babiri. Umushikiranganji w’ubutungane n’Um
|
Clics : 88
|
|
Basaba ko ahabwa uburenganzira bwo kumanukanwa i Bujumbura ahari ibitaro bifise ibikoresho bikwiye kugira ngo bakize amagara y'umunyororo Mugenzi wabo. Abo ni abanyororo bapfungiwe mw'ibohero ry'i Muramvya, batabariza Général Ndayisaba Célestin, amaze igi
|
Clics : 109
|
|
Ni muzima kandi ari ku kazi ko gutabara Abarundi
|
Clics : 3293
|
|
Aha ni he ?
|
Clics : 228
|
|
Uburundi gisigaye ari igihugu c'ama Chantier y'inyubako zitangura ngo ariko ntizigere zirangira. Niko abanya Kirundo babibona
|
Clics : 241
|
|
Mugihe Reveriyano Ndikuriyo, arongoye umugambwe CNDD-FDD ariko aritemberera mu bihugu vya Bulaya ataco yinona, Abatari bake baribaza impamvu, ibihugu vyitwa ko vyubahiriza agateka ka kiremwa muntu bireka umuntu y’irirwa aragandagura abanyagihugu bikabasig
|
Clics : 1998
|