• ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT

  • Home
  • ACTUALITÉS
Titre Clics
Naho vyabaye akamizwe ningoma ntibivurwe, muri Comine Bugendana zone Bitare, umutumba Gaterama, Intara ya Gitega, hari abanyagihugu batatu (3) bagandaguwe n’aba polisi mu gatondo ko kuri uwu wa kabiri Clics : 70
Umupfasoni Muhayimana Aline agize kane mu bakenyezi bapfiriye muri SAOUDIA mu barungitswe n’ishirahamwe ELFAYED, kurondera ubuzima muri ico gihugu Clics : 85
Bujumbura: Ama galerie abiri le parisien na galerie Ndayizamba, yo mu gisagara hagati, yafashwe n’Umuriro arasha aratokombera Clics : 97
Hari abapfungwa babiri mw’ibohero rikuru ry’abagabo rya Ngozi bariko batotezwa n’umukuru w’iryo bohero. Boba bahorwa ko bavuze ko umukuru w’ibohero ry’abagabo i Ngozi yahawe igiturire kugira atorokeshe abanyororo babiri. Umushikiranganji w’ubutungane n’Um Clics : 82
Basaba ko ahabwa uburenganzira bwo kumanukanwa i Bujumbura ahari ibitaro bifise ibikoresho bikwiye kugira ngo bakize amagara y'umunyororo Mugenzi wabo. Abo ni abanyororo bapfungiwe mw'ibohero ry'i Muramvya, batabariza Général Ndayisaba Célestin, amaze igi Clics : 103
Ni muzima kandi ari ku kazi ko gutabara Abarundi Clics : 3281
Aha ni he ? Clics : 218
Uburundi gisigaye ari igihugu c'ama Chantier y'inyubako zitangura ngo ariko ntizigere zirangira. Niko abanya Kirundo babibona Clics : 226
Mugihe Reveriyano Ndikuriyo, arongoye umugambwe CNDD-FDD ariko aritemberera mu bihugu vya Bulaya ataco yinona, Abatari bake baribaza impamvu, ibihugu vyitwa ko vyubahiriza agateka ka kiremwa muntu bireka umuntu y’irirwa aragandagura abanyagihugu bikabasig Clics : 1985
Bamwe n'abandi babandanya kuvuga ko umugwi CVR uriko utanga amazu uvuga ko yanyazwe mu mwaka w’1972 ngo urahengamye, ngo nturiko uranywanisha abarundi ahubwo uriko utegura intambara hagati y'imiryango izokwaduka muri kazoza Clics : 232

Page 1 sur 43

  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT