• ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT

  • Home
  • ACTUALITÉS
  • AMAKURU
Titre Clics
Indyane zidasiba kwibonekeza mu mashengero atandukanye yo mu Burundi, zituruka k’uwundi mukenyuro w’Umugambwe CNDD-FDD wo kurondera kuvanga politique ni vy'Imana hamwe no kurondera kwigumiza ku butegetsi bakoresheje amayeri yo guca mur'ayo mashengero. Clics : 1171
Naho uburundi bumaze imyaka 60 buronse intahe yo kwikukira, umwigisha muri Kaminuza Charles Nditije wewe abona k'uburundi butarashikira intahe yo kwikukira nyakuri. Clics : 1369
Hatungimana Albert Buramatari w’intara ya Kirundo co kimwe n’abandi bategetsi bo muriyo ntara baragirizwa ubunyonyezi bukabije bw’ibitoro badandaza kuri magendo Clics : 1389
La religion comme outil de manipulation Clics : 1934
Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yarabesheko afise ubworozi budasanzwe bw’imisaba Clics : 1572
Amanyanga akorwa n'aba CNDD- FDD mw’itangwa ry’isukari mu bice bitandukanye vy’igihugu arengeye ukwemera Clics : 1281
Naho abatari bake bari babiteye ivyatsi, ko hamwe Olivier Suguru yotorerwa kurongora ihuriro ry'abarwizatunga CFCIB vyoba binyuranye n’amategeko n’ibwirizwa nshingiro, ntivyabujije ko ariwe atorwa kurongora iryo huriro CFCIB Clics : 1580
Umugambwe MSD uvugako ivyo leta ya Evariste Ndayishimiye yirirwa iravuga vy’ibiganiro ko ari imvugo ya politique irimwo uruyeri rwo kubesha amakungu Clics : 1343
Umuhari RED-Tabara uvugako umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yarakwiye kwihutira kurondera umuhuza ahagarikira ibiganiro nyavyo, agahagarika amajambo yok u maradiyo Clics : 1259
Umukuru w’igihugu ngo niyaba atahura kumwe na Red-Tabara ko ubutegetsi bukwiye gutangwa n’abanyagihugu, ngo hoba hasigaye kwumvikana ivya nkenerwa vyotuma abarundi bose bitaba amatora atawukumiriwe. Clics : 1316

Page 27 sur 43

  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT