Igihe cose hazoba hataratunganywa amatora meza mu Burundi, umuhari Red-Tabara ngo ntuzohagarika kurwanira ubwo burenganzira buha ijambo umurundi wese ngo yitorere abamurongora.
|
Clics : 879
|
Ururimi CNDD-FDD yumva Abarundi twoba twararutahuye?
|
Clics : 1025
|
Kw’itegeko ry’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, gushika kw’igenekerezo rya 31 Gitugutu 2023, umuhana wose utegekwa kuzoba ufise Inkwavu 5 woroye.
|
Clics : 866
|
Umukuru w'umugambwe CODEBU, Kefa Nibizi Abarizwa mw’ibohero rikuru rya Mpimba.
|
Clics : 821
|
Kagimbi Jean Claude a été arrêté les agents de renseignement du Burundi
|
Clics : 622
|
Umugambwe MSD uhamagarira abafise amaparasera bose mu gisagara ca Bujumbura, kwiyamiriza akamo k'umushikiranganji mu vyo ajejwe harimwo inyubako, vyo kurondera kwubaka amazu hisunzwe igishushanyo co mu mwaka wa 2040
|
Clics : 817
|
Mbega no mu Burundi inzira yo gutembagaza ubutegetsi harico yofasha Canke yohuhura n'ivyahuha?
|
Clics : 1046
|
Nuyu musi kugandagura abarundi birabandanya hakaba hari n’abagandagurwa Urupfu rubabaje
|
Clics : 988
|
N’ubu ibiziga vy'Abarundi birabandanya gutorwa hirya no hino ntihagire n'amatohoza yigera akorwa, ngo hamenyekane ikibagandagura
|
Clics : 2730
|
Habandanya kwibonekeza ibiziga vy'abarundi b'inzirikarengane bitorwa hirya no hino mu gihugu
|
Clics : 2612
|