• ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT

  • Home
  • ACTUALITÉS
Titre Clics
La diaspora burundaise : la nouvelle cible du CNDD-FDD ? Clics : 3098
Hari umukenyezi yaraye arusimvye adandariza ivyamwa inyuma y'ahahoze isoko nkuru ya Bujumbura yakubiswe agashaya n'abajejwe umutekano mu gitondo c'uwu wa kane gushika aho atakaza ubwenge. Clics : 1283
Umuryango wa Médard Nsabamahoro yabuzwe irengero kuva kuwa 21 uvuga ko usa n'uwatakaje icizere wari wahawe n’umukuru wa karitiye Nyamugari Aho yabaremesha ababwira ko yahagaritswe ku mvo z'amatohoza ariko kugeza ubu bakaba batazi akayambu kuwabo. Clics : 1158
Ibiganiro bidakumira vyoyihuza n’imirwi itandukanye y’abarundi, abafashe umuheto n'abatawufashe ngo nivyo bizotuma igihugu kitabandanya kija mu ntambara. Clics : 1203
Umugambwe MSD urahoza imiryango yaburiye ababo mw'ibohero rikuru rya Gitega biturutse kw'isanganya ry'umuriro. Clics : 1188
leta y’uburundi, ngo ntiyari ikwiye kugurira imiduga izimvye abayobozi b’indero mu ntara mugihe abana b’uburundi mu bice bitandukanye vy’igihugu, biga bicaye hasi kubera ubukene bw’intebe zo kwicarako mu mashure. Ngo nukutamenya ivy'abanyagihugu bakeneye Clics : 1169
Kuvuga ko umugambwe CNDD-FDD woba ufise imbono yiyo ujana igihugu ko kandi wubahiriza agateka ka zina muntu ngo nibara ku mutemere mu gihe agateka ka zina muntu kadasiba guhungabana mu Burundi. Clics : 1136
Umugambwe MSD uvuga ko umugambwe CNDD-FDD ari wo uzobazwa ibibi vyose biriko biraba mu gihugu, ko bitazobazwa abakoloni basubije igihugu kuva mu mwaka w’1962. Clics : 1215
INYUMA Y’UMWAKA AFUNZWE ataco azira, UWAHOZE ARI UMUSHINGAMATEKA FABIyaNO BANCIRYANINO YAREKUWE. Clics : 1223
Umugambwe MSD uhamagarira abarundi guhaguruka bakarwanira uburenganzira bwo kugira amagara meza na cane cane bwo gukingirwa ikiza c’umugera ca Corona. Clics : 1160

Page 30 sur 43

  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT