Umugambwe PPD-Girijambo, uhamagarira abanyagihugu kutitaba matora yimirije, nayo abazoramuka bagize ubwoba bakaja gutora, ntibaze batore CNDD-FDD, ahubwo n’ibikarata vyose bazobiterere mu gipfuko bibe impfagusa. Ikindi ni uko abarundi bose basabwa kurya
|
Clics : 502
|
Mbega urunani Burundi bwa bose, rwoba rwiteguriye kurondera Abarundi kugira ngo basabe CNDD-FDD kwemera ibiganiro? Ico ni ikibazo muri CFOR-Arusha bariko baribaza
|
Clics : 255
|
Andenderezwa na zimwe mu mbonerakure zo mu Buterere ko akorana na Red-Tabara.
|
Clics : 287
|
N’Umuhari Map-Burundi Buhire, wagize ico ushikiriza ku matora ariko arategurwa mu Burundi. Muri uwo muhari bakaba babona ko ayo matora atari akwiye kuba
|
Clics : 546
|
Hari umunyagihugu yagandaguwe arashwe n’umu polisi w’igihugu aracikana kuri uyu wa 09 Ndamukiza 2025 igihe c'isaha cumi na zibiri zibura iminota 15 z'umugoroba
|
Clics : 469
|
Prosper Ntahorwamiye, arongoye umurwi CENI, wewe abandanya kuvugako amatora yimirije, yo mu mwaka wa 2025, ngo azogenda neza kuko abajejwe kuyahagararira bayagize ayabo
|
Clics : 406
|
Mu burundi ntamatora meza ariko arategurwa, hazoba gutembagaza ubutegetsi nkuko vyirirwa biraba no mu bindi bihugu
|
Clics : 448
|
Amatora yimirije muri uku kwezi kwa gatandatu, ntiyumvikanwako n'imirwi itandukanye y'abarundi. Hari ababona ko adashoboka n'abandi babona ko atacoyabuza kuba. Weho uvyiyumvirako iki?
|
Clics : 371
|
Mbe turatahura imvugo y'umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye?
|
Clics : 365
|
Imigambwe PPD-Girijambo na MSD, irongowe na Alexis Sinduhije hamwe Na Leonidas Hatungimana, yashize hamwe amajwi ngo ikome akaruru itabaza ku bijanye n’ikintu kiriko kiraba mu Burundi co kwigisha amacakubir y'ubwoko, iyo migambwe igasaba ko abantu barikan
|
Clics : 334
|