• ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT

  • Home
  • ACTUALITÉS
Titre Clics
Birashoboka ko abanyagihugu ba Tanzaniya biyamiriza inkinamico y’amatora yatunganijwe n’umukuru w’igihugu Samia Suluhu Hassan, afatanije n’umugambwe uri ku butegetsi CCM « Chama Cha Mapinduzi », hakaboneka impinduka ? Clics : 301
Jean Claude Ndihokubwayo batazira pêcheur aratabarizwa n'abakimufiseko agatima ngo ntiyicwe canke agirirwe nabi n'abariko baramutoteza bamwagiriza uburozi Clics : 362
Mubitumye icuka ca politike n’ibibazo biri mu Burundi, vyarananiranye gutorerwa umuti, harimwo no guhemuka kwaba n’abariya. Mwibuke ko guhemuka biha inguvu ubutegetsi bw’igikenye kandi bikabworohera gusambura abatavugarumwe n’abwo Clics : 347
Tugaruke kuvyagiye biraba muri kahise mu kwezi kwa gitugutu mu karere uburundi buherereyemwo Clics : 282
Bimwe mu bituma igitoro kiba umuzi w’ibuye mu Burundi, harimwo kuba Reta iza irihagira ibintu vy'abagwizatunga Clics : 343
Guhana gusa abivye ibiro 80 vy'ibigori, ngo ni uguhuma amaso abarundi n'amakungu mugihe hari ubusuma bukomeye bwirirwa burakorwa. Ahubwo igikwiye ng oni uguhaguruka bagahindura intwaro ya CNDD-FDD Clics : 217
Abanyagihugu baratangazwa no kubona igitoro kigiye gutangwa kukiyiko, kandi umukuru w’igihugu yavuze ko igitoro cuzuye mu bubiko mu gihugu. Bafata iyo mvugo ko ari ububeshi n’ubutekamutwe ngo yamara bizoteba bimutekurukane. kubwabo ngo abarundi bose bakw Clics : 140
Inyuma y’ibiziga bibandanya gutorwa hirya no hino mu gihugu, abanyagihugu ngo nibo bakwiye kuva hasi bagahagarika ubwicanyi bwabaye ndanse mu gihugu mugushiraho intwaro yitwararika umutekano w'abarundi bose Clics : 255
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 24 Gitugutu 2025, itsinzi y'urukundo ku rwanko niyo yiginwe n'ikigo Maison Shalom. Ico kigo kikaba kirumanije imyaka 32 kibayeho. Ibirori bikaba vyari bihagarikiwe n’Umupfasoni Maragarita Barankitse yashinze ikigo Maiso Clics : 556
Bamwe n’abandi bavuga ko biteye isoni kubona umukenyezi Spès yari yatowe mu bajenama b'umutumba Ruvyagira muri komine Mugere, akurwa ku rutonde agasubirizwa Ndabadugaritse Stany Clics : 262

Page 4 sur 41

  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT