Aha ni mu Burundi. Igihugu twakuze batubwira ko ari ica amata n'ubuki. Ubu cabaye ica agahinda, amarira n' umwiheburo. Igihugu aho abakiramutswa aribo bagipfukamye mu nda, mu kunyuruza ubutunzi,…
Ari mu nama kuri uyu wa 5 Mukakaro 2026, yagiraniye n'abajejwe intwaro hamwe n'umugambwe uri ku butegetsi ku mitumba no mu mazone, Musitanteri wa komine Kirundo, NDIKURIYO Jean Berchimans,…
Ari mu rugendo rwo mw’ibanga mu bihugu vyo ku mugabane wa Bulaya. Ni Reveriyano Ndikuriyo arongoye umugambwe CNDD-FDD aho yazindukiye n’abandi bari kumwe muri urwo rugendo nk’uwahoze ari umukuru…