• ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT

  • Home
  • ACTUALITÉS
  • AMAKURU
Titre Clics
Inyuma y’ibiziga bibandanya gutorwa hirya no hino mu gihugu, abanyagihugu ngo nibo bakwiye kuva hasi bagahagarika ubwicanyi bwabaye ndanse mu gihugu mugushiraho intwaro yitwararika umutekano w'abarundi bose Clics : 288
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 24 Gitugutu 2025, itsinzi y'urukundo ku rwanko niyo yiginwe n'ikigo Maison Shalom. Ico kigo kikaba kirumanije imyaka 32 kibayeho. Ibirori bikaba vyari bihagarikiwe n’Umupfasoni Maragarita Barankitse yashinze ikigo Maiso Clics : 618
Bamwe n’abandi bavuga ko biteye isoni kubona umukenyezi Spès yari yatowe mu bajenama b'umutumba Ruvyagira muri komine Mugere, akurwa ku rutonde agasubirizwa Ndabadugaritse Stany Clics : 306
Rwa rumuri rw’itwa urwamahoro, ngo ni ubundi bukoloni CNDD-FDD yazanye bwo kwirukanga inyuma y'ibitagira ikimazi, nayo amafranga y'igihugu ahatikirira. Abarundi ngo boreka kuvyinira ibintazi ahubwo bashire imbere kurondera intwaro nziza Clics : 319
Uburundi butaronse umukuru w'igihugu yemera kwegeranya abana b'uburundi bose, ngo nta terambere rishoboka. Abarundi ngo bakwiye gufatana mu nda bashireho indongozi ifata kumwe abarundi bose, kugira igihugu kibone kwogorora Clics : 305
Abanyagihugu bavuga ko batotakaza umwanya ngo bariko borora inkwamvu ngo zigiye kubakura mu bukene ngo kuko n’amasoko y'ibindi bintu nayonyene yabuze. Kuri bo, icobashimisha n'ukuronka intwaro irimwo indongozi zifise imigambi irashe Clics : 219
Hari umunyagihugu yandikiye umukuru w’igihugu amumenyesha kwivyo avuga bitera isoni abanyagihugu Clics : 394
Umunye politike atavugarumwe n’ubutegetsi bwa Kenya, akaba yahoze ari n’umushikiranganji wa mbere Raila Odinga yaraye aryamiye ukuboko kwabagabo Clics : 174
Abanyagihugu bamenyesha ko atakamaro ko hamarwa gukoreshwa ibibazo co guhiganirwa akazi kubera gahabwa abanywanyi b’umugambwe CND-DFDD gusa Clics : 210
Nagire ngo tuyage ku makuba igihugu caciyemwo mu kwezi kwa gitugutu 1961 no 1993 Clics : 273

Page 5 sur 41

  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT