• ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT

  • Home
  • ACTUALITÉS
  • AMAKURU
Titre Clics
Kuri uyu wa 14 Ruhuma 2026, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye niho yashikirizwa amabanga yo kurongora umuryango w'Ubumwe bwa Afrika mu kiringo c’umwaka. Inyuma yo gushikirizwa ibimenyetso azokoresha, yagiriyeko ashikiriza ijambo abari bitavye ivyo b Clics : 285
Turacabandanya nayankuru y‘inyuruzwa rya Etienne Ndayitwayeko yahoze ari umunyamabanga nshingwabikorwa wa komine Buraza mu ndinganizo ya kera. Muri ino nkuru tukababwira abategetsi batatu (3) bo muri NDD-FDD bagizwe na Charles Ntawukirishiga, Congera Phil Clics : 468
Ten Congolese Nationals Detained at Muyinga Central Prison Following Refusal at Burundi Border Clics : 564
Dix ressortissants congolais détenus à la prison centrale de Muyinga après un refoulement à la frontière burundaise Clics : 550
Patiri Amando Kana, wo mu kigo ca Foyer de Charité de Bujumbura yitavye Imana ahitanywe n’ingwara Clics : 650
Turabandanya nayankuru y‘inyuruzwa rya Etienne Ndayitwayeko yahoze ari umunyamabanga nshingwabikorwa wa komine Buraza mu ndinganizo ya kera, aho Umunyabanga wa CNDD-FDD muri komine Gishubi ari mu bategetsi bagirizwa inyuruzwa ryiwe ku wa 06 Nzero uyu mwak Clics : 377
Umukuru w’ibiro bikuru vy’igisirikare c’uburundi, amenyesha ko Umusirikare wese atunze urupapuro rw’inzira rushobora gutuma asohoka igihugu, aba ariko arikwegera akaga Clics : 347
Irambona Aimé yaraye ashinzwe amabanga akomeye, ntarangwa no kwica gusa, ni n'umunyonyezi adahangarwa. Iruhande yo kuba yarafatanywe ikiziga c'umukozi wiwe ariko ntiyahanwa, yarambuye abanyagihugu b'i Gitega bagera kuri 98 amafranga agera hafi ku muliyari Clics : 394
Umuhari Red-Tabara urabeshuza wivuye inyuma ibiherutse gushikirizwa n’umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye Clics : 385
Inyuruzwa rya Etienne Ndayitwayeko yahoze ari umunyamabanga nshingwabikorwa wa komine Buraza y'intara ya Gitega mu ndinganizo ya kera y'ivy'intwaro mu Burundi rifise imizi kure Clics : 420

Page 3 sur 43

  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT