• ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT

  • Home
  • ACTUALITÉS
  • AMAKURU
Titre Clics
Tugaruke kuvyagiye biraba muri kahise mu kwezi kwa gitugutu mu karere uburundi buherereyemwo Clics : 461
Bimwe mu bituma igitoro kiba umuzi w’ibuye mu Burundi, harimwo kuba Reta iza irihagira ibintu vy'abagwizatunga Clics : 504
Guhana gusa abivye ibiro 80 vy'ibigori, ngo ni uguhuma amaso abarundi n'amakungu mugihe hari ubusuma bukomeye bwirirwa burakorwa. Ahubwo igikwiye ng oni uguhaguruka bagahindura intwaro ya CNDD-FDD Clics : 351
Abanyagihugu baratangazwa no kubona igitoro kigiye gutangwa kukiyiko, kandi umukuru w’igihugu yavuze ko igitoro cuzuye mu bubiko mu gihugu. Bafata iyo mvugo ko ari ububeshi n’ubutekamutwe ngo yamara bizoteba bimutekurukane. kubwabo ngo abarundi bose bakw Clics : 279
Inyuma y’ibiziga bibandanya gutorwa hirya no hino mu gihugu, abanyagihugu ngo nibo bakwiye kuva hasi bagahagarika ubwicanyi bwabaye ndanse mu gihugu mugushiraho intwaro yitwararika umutekano w'abarundi bose Clics : 391
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 24 Gitugutu 2025, itsinzi y'urukundo ku rwanko niyo yiginwe n'ikigo Maison Shalom. Ico kigo kikaba kirumanije imyaka 32 kibayeho. Ibirori bikaba vyari bihagarikiwe n’Umupfasoni Maragarita Barankitse yashinze ikigo Maiso Clics : 737
Bamwe n’abandi bavuga ko biteye isoni kubona umukenyezi Spès yari yatowe mu bajenama b'umutumba Ruvyagira muri komine Mugere, akurwa ku rutonde agasubirizwa Ndabadugaritse Stany Clics : 408
Rwa rumuri rw’itwa urwamahoro, ngo ni ubundi bukoloni CNDD-FDD yazanye bwo kwirukanga inyuma y'ibitagira ikimazi, nayo amafranga y'igihugu ahatikirira. Abarundi ngo boreka kuvyinira ibintazi ahubwo bashire imbere kurondera intwaro nziza Clics : 421
Uburundi butaronse umukuru w'igihugu yemera kwegeranya abana b'uburundi bose, ngo nta terambere rishoboka. Abarundi ngo bakwiye gufatana mu nda bashireho indongozi ifata kumwe abarundi bose, kugira igihugu kibone kwogorora Clics : 417
Abanyagihugu bavuga ko batotakaza umwanya ngo bariko borora inkwamvu ngo zigiye kubakura mu bukene ngo kuko n’amasoko y'ibindi bintu nayonyene yabuze. Kuri bo, icobashimisha n'ukuronka intwaro irimwo indongozi zifise imigambi irashe Clics : 327

Page 6 sur 43

  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT