• ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT

  • Home
  • ACTUALITÉS
  • AMAKURU
Titre Clics
Kubera ubusuma bubangamiye, abanyagihugu bo muri karitiye Gisyo ya 4, basaba gukingirwa n'ivyabo. Ikindi basaba abajejwe intwaro harimwo n’umukuru w'igihugu, ni ukuronswa umuyagankuba nk'abandi kugira ubusuma bugabanuke Clics : 92
Benshi mu barundi bariko barabona ibiriko biraba mu gihugu ca Tanzaniya, bamenyeshako abanyagihugu bo mu bihugu vyo muri Afrika y’ubuseruko, ngo harageze ko bikangura bakikurako intwaro zigikenye n’agahotoro zibazengereje Clics : 124
Kuba umubonano wobaye hagati y’umukuru w’igihugu c’urwanda n’umukuru w’igihugu c’uburundi, bahujwe n’umukuru w’igihugu c’Ubufarasa, bitakunze ko uzoshoboka, n’ikimwe muvyatumye Evariste Ndayishimiye, ahagarika urugendo yari kugira mu Bufaransa Clics : 217
Birashoboka ko abanyagihugu ba Tanzaniya biyamiriza inkinamico y’amatora yatunganijwe n’umukuru w’igihugu Samia Suluhu Hassan, afatanije n’umugambwe uri ku butegetsi CCM « Chama Cha Mapinduzi », hakaboneka impinduka ? Clics : 217
Jean Claude Ndihokubwayo batazira pêcheur aratabarizwa n'abakimufiseko agatima ngo ntiyicwe canke agirirwe nabi n'abariko baramutoteza bamwagiriza uburozi Clics : 259
Mubitumye icuka ca politike n’ibibazo biri mu Burundi, vyarananiranye gutorerwa umuti, harimwo no guhemuka kwaba n’abariya. Mwibuke ko guhemuka biha inguvu ubutegetsi bw’igikenye kandi bikabworohera gusambura abatavugarumwe n’abwo Clics : 264
Tugaruke kuvyagiye biraba muri kahise mu kwezi kwa gitugutu mu karere uburundi buherereyemwo Clics : 159
Bimwe mu bituma igitoro kiba umuzi w’ibuye mu Burundi, harimwo kuba Reta iza irihagira ibintu vy'abagwizatunga Clics : 205
Guhana gusa abivye ibiro 80 vy'ibigori, ngo ni uguhuma amaso abarundi n'amakungu mugihe hari ubusuma bukomeye bwirirwa burakorwa. Ahubwo igikwiye ng oni uguhaguruka bagahindura intwaro ya CNDD-FDD Clics : 151
Abanyagihugu baratangazwa no kubona igitoro kigiye gutangwa kukiyiko, kandi umukuru w’igihugu yavuze ko igitoro cuzuye mu bubiko mu gihugu. Bafata iyo mvugo ko ari ububeshi n’ubutekamutwe ngo yamara bizoteba bimutekurukane. kubwabo ngo abarundi bose bakw Clics : 66

Page 2 sur 39

  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT